BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Trump avuga ko Arabie Saoudite igomba kwemera Israel kugira ngo habe amasezerano ya nikleyeri
Perezida w'Amerika avuga ko amasezerano yanditse amateka yo gufasha Arabie Saoudite gukora ingufu za nikleyeri ashingiye ku kuba icyo gihugu cyemera kwinjira mu masezerano yitwa Abraham Accords.
Intwaro 10 z'igikenye zo muri Afrika yo munsi ya Sahara
Mu myaka mirongo iheze, intwaro nyinshi muri Afrika zarafashe inzira y'igikenye, zigabanya umwidegemvyo wo gushikiriza ivyiyumviro, zikanagenzura rwose ukwo amatora agenda, ku buryo demokarasi isa n’iyitagishoboka.
Rwanda: Ibyo wamenya ku wari maneko wa CIA witezwe kuba Ambasaderi mushya w'Amerika
Perezida w’Amerika Donald Trump yashyikirije sena izina rya Nicholas Checker ku wa kabiri amusabira kwemezwa nk’uwo yifuza ko yaba ambasaderi mushya mu Rwanda.
Ivyo ukeneye kumenya ku Gikombe ca Afrika mu mupira w'amaguru w'abagore 'CAN 2026'
Menya imirwi ifise amahirwe menshi yo kwegukana igikombe, ingene ihiganwa rizogenda n'amasaha inkino zizotangurirako, mu Gikombe ca Afrika mu mupira w'amaguru w'abagore 2026, kizobera muri Maroc kuva kw'igenekerezo rya 26 Mukakaro.
Ni bande bazokwitaba ibiganiro vy'imbere mu gihugu muri RD Congo?
Umukuru wa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC), Félix Tshisekedi, aherutse gutangaza ko yemeye gutunganya ibiganiro "bitavangura", vyo ku rwego rw'igihugu, bigamije gutorera inyishu ingorane za politike n'intambara bihanze iki gihugu.
Ico abahinga bavuga ku mpamvu inkoto zisomana zikanahoberana
Abashakashatsi bavuga ko gukoresha ugukuyakuyana ku mubiri mu kugerageza gutsimbataza urukundo, ukwizigirana no kuremeshanya, bishobora kuba bimaze nimiburiburi imyaka miliyoni indwi.
Umukuru wa La Liga avuga ko Infantino akwiye gutanga imihoho ku burongozi bwa FIFA
Umukuru wa La Liga, ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya Espagne, asaba umukuru wa FIFA Gianni Infantino gutanga imihoho, akavuga ko uru rwego rujejwe umupira w'amaguru kw’isi "ruriko rurica umupira w'amaguru”.
Igituma Iran iriko yishira mu kaga kubera umuhora wa Hormuz
Nta na rimwe mu mahitamwo ari imbere y'abategetsi ba Iran ritanga inzira itomoye yobashikana ku ntsinzi yuzuye, mu gihe intambara hagati y’ico gihugu na Amerika ibandanya. Yamara, na Perezida Donald Trump ari imbere y’amahitamwo atoroshe.
Intambara ya Iran: Ivyo tuzi ku gitero Amerika yagavye kuri Bandar Abbas
Ibinyamakuru vya Iran hamwe n'abategetsi bavuga ko ibitero vya Amerika vyatumberejwe ku bikorwa remezo harimwo ibijanye n’umuyagankuba, ivyo kuyungurura amazi, ibiraro, amabarabara n'indaraye biherereye mu bumanuko bw’ico gihugu.
Lamine Yamal yiginye intsinzi y'Igikombe c'Isi ari kumwe na murumunawe yahimbaye abakunzi b'umupira w'amaguru
Murumuna wa Lamine Yamal w'imyaka itatu, Keyne, yashimagijwe n'abakunzi b'umupira w'amaguru nka kimwe mu vyamamare bitari vyitezwe vyo muri Espagne vyatumye Igikombe c'Isi kirushiriza kuryoha.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Burundi: Abantu umunani bari baje mu masengesho bapfiriye mu musunikano
Ababibonye bavuga ko uruhome rw'uruzitiro rwari hafi y'irembo ryinjira mu kibuga c'ishure ry'imyuga n'ubuhinga ETS Kamenge, ahabereye ico gikorane, rwasenyutse bitewe n'umusunikano. Bamwe baguweko n'urwo ruhome, abandi bahonyangwa n'isinzi ryariko rirasohoka.
Perezida Tshisekedi yemeye ibiganiro bidaheza byo kurangiza intambara
Karidinali Fridolin Ambongo yavuze ko iyo gahunda yayobowe na Perezida Tshisekedi ubwe nyuma yo kugisha inama bagenzi be bo mu karere, barimo Perezida wa Congo-Brazzaville na Perezida w'u Burundi.
RD Congo: Hatowe ubwoko bushasha bw'inkende z'iminwa y'ibara ry'umucungwe zari 'zihishije' mw'ishamba
Abashakashatsi bavuga ko vyari "bitangaje cane" kuraba mu maso y'igikoko ari abantu bake cane bari bazi ko kibaho.
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Inzobere mpuzamahanga zinjiye mu muhate wa DR Congo wo gushaka ubutabera ku byaha bimaze imyaka 30
Ako kanama kazanasuzuma ibikubiye muri raporo ya ONU yiswe 'Mapping Report' yo mu mwaka wa 2010, ndetse n'ibikorwa byo kurenga ku mategeko bya vuba aha mu burasirazuba bwa DRC.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango










































